Ishure ry'umupira w'amaguru Umutima ryaraye rihimbaje umusi w'inkino hagati y'imigwi irihurikiyemwo

Vyanditswe itariki 19/06/2017 isaha 3:39:46

 

Kur置yu wa gatandatu 17 Ruheshi ku kibuga urunani c段 Buganda mu ntara ya Cibitoke, ishure ry置mupira w誕maguru Umutima Academy ryaratunganije umusi w段nkino hagati y段migwi y誕bana batarenza imyaka 11 n段y誕batarenza imyaka 16 irihurikiyemwo. Izo nkino zahuje imigwi y段ryo shure yaje iva mu ntara ya Cibitoke n段yavuye mu ntara ya Bubanza, Umutima Academy rikaba risanzwe rikorera mur段zo ntara uko ari zibiri. Abanyanyecubahiro batandukanye harimwo umukuru w'Imana Nshingamateka, abashingamateka batowe mu ntara ya Cibitoke, Buramatari w'intara ya Cibitoke n段zindi mvukira n'abarorerezi batari bake bari bitavye ivyo birori.

Inkino zatunganijwe zagenze uku:

Urukino rwambere: U11 Umutima Rugombo 3-0 U11 Umutima Mpanda bakaba bakinye iminota 50.

Urukino rwa kabiri: U16 Umutima Rugombo 0-0 U16 Umutima Mpanda

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus League, umusi wa 1

Aigle Noir 3-1 Flamb. de l'Est
Messager N. 3-1 Olympic Star
Musongati 1-1 Athletico Ol.
Les Lierres 4-2 Messager Bja
LLBs4A 1-0 Delta Star
Vital'O 1-0 Inter Star
Flamb. Centre 1-1 les Jeunes At.
Ngozi City 0-0 Buja City

Primus League, umusi wa 2

Vital'O 0-1 Buja City
Les jeunes 0-3 Les Lierres
Flamb. Est 2-3 Athletico Ol.
Musongati 1-1 Aigle Noir
Olympic S. 7-0 Delta Star
LLBs4A 3-1 Messager N.
Inter Star 0-1 Ngozi City
Flamb. Centre 5-2 Messager Bja

 

Primus league, umusi wa 3

Kuwa 23/09
Delta Star 15:00 (PLR) Ngozi City
Kuwa 24/09
Messager N. 15:00 (Urukundo) Vital'O FC
Aigle Noir 15:00 (Gitega) Les Lierres
Inter Star 14:00 (PLR) Olympic S.
Les Jeunes 16:00 (PLR) Musongati
Kuwa 25/09
Messager Bja 14:00 (PLR) Flamb. Est
Athletico Ol. 16:00 (PLR) Flamb. Centre
Kuwa 26/09
Buja City 15:00 (PLR) LLBs4A