Mercato: abakinyi batatu b’Abarundi baguzwe icese mu Rwanda n’abandi bakaba bari munzira

Vyanditswe itariki 12/08/2017 isaha 1:32:05

 

Nk’uko twari twabibamenyesheje mu nkuru y’abakinyi bashobora kudakinira mw’ihiganwa ryi Burundi mu mwaka uza ( http://burundisport.com/football-amakuru-y-abakinyi-bashobora-gukinira-mu-mahanga-muri-2017-2018-161), abakinyi Tresor Ndikumana, Franck Barirengako na Caleb Bonfils Bimenyimana bazokinira mw’ihiganwa Azam Premier league ryo mu rwanda mu mwaka uza. Tresor yiyunze icese n’umugwi Amagaju ku masezerano y’imyaka ibiri, Franck Barirengako yinyunga na Musanze FC, Caleb Bonfils nawe yiyunga na Rayon Sport icese inyuma yo kuronswa impapuro zibimurekurira.
Abandi bakinyi bavugwa ko bagiye gusezerera ihiganwa Primus League ni Nshimirimana David abarizwa muri Mukura na Idi Djumapili bahora bakinana muri Vital’o FC ashobora kwiyunga n'umugwi wa Étincelles umwanya n’umwanya. Kaze Gilbert Demunga yahora muri LLBS4A yoba ari mu gasozo mu kwumvikana n'umugwi wo muri Djibouti atashimye kutumenyesha uwariwo.





 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus League, umusi wa 6

Delta Star 0-2 Flamb. Est
Athletico Ol. 0-2 Olympic Star
Aigle Noir 4-0 LLBS4A
Messager Bja 1-1 Ngozi City
Buja City 1-3 Les Lierres
Messager N. 4-3 Musongati
Les Jeunes At. 1-3 Vital'O FC
Inter Star 1-2 Flamb. Centre

Primus League, umusi w'7

Les Jeunes 0-2 Aigle Noir
LLBS4A 2-1 Athletico Ol.
Flamb. Centre 0-1 Buja City
Messager N. 3-0 Delta Star
Ngozi City 0-1 Musongati
Olympic S. 1-0 Les Lierres
Messager Bja 0-1 Vital'O FC
Flamb. Est 1-0 Inter Star

 

Primus League, umusi w'8

Kuwa 20/10
Messager Bja 14:00 (PLR) Aigle Noir
Les Lierres 16:00 (PLR) Flamb. Centre
Kuwa 21/10
Vital'O FC 15:00 (Ivyizigiro) Ngozi City
Les Jeunes At. 16:00 (PLR) Athletico Ol.
Olympic S. 15:00 (Umuco) LLBS4A
Kuwa 22/10
Buja City 14:00 (PLR) Delta Star
Inter Star 16:00 (PLR) Messager N.
Musongati FC 15:00 (Gitega) Flamb. Est