UEFA Champions League 2017-2018: imigwi 32 izokwitaba ihiganwa yamenyekanye

Vyanditswe itariki 23/08/2017 isaha 2:51:25

 

Inyuma y'inkino zanyuma zo kurondera amatike, imigwi 32 izohiganwa muri UEFAChampionsLeague iraye imenyekanye. Ijonjora ry'uko amatsinda azoba ameze ni ku musi w'ejo 24 (18:00), imigwi izotorwa mu mice yiswe "chapeaux" ine ya munani munani, umuce wambere ukaba urimwo imigwi yabaye iyambere mu mahiganwa munani afise amanota ya UEFA menshi, iyindi migwi igaca igaburwa mu mice ikurikira bivanye n'amanota ya UEFA ifise mu bukomezi:

Chapeau 1 :Real Madrid, Bayern Munich, Chelsea FC, Juventus FC, SL Benfica, AS Monaco, Spartak Moscou, Chakhtar Donetsk

Chapeau 2:FC Barcelone, Atlético Madrid, Paris Saint-Germain, Borussia Dortmund, Séville FC, Manchester City, FC Porto, Manchester United

Chapeau 3 :SSC Naples, Tottenham Hotspur, FC Bâle, Olympiakos, RSC Anderlecht, Liverpool, AS Rome, Be?ikta? JK

Chapeau 4 :Celtic, Feyenoord, Rotterdam, CSKA Moscou, Sporting Portugal, APOEL Nicosie, NK Maribor, Qarabag, RB Leipzig

Iyo migwi uko ari 32 iva mu bihugu 17 bitandukanye, igihugu c’Ubwongereza kikaba gifisemwo itanu bivanye n’uko umugwi wa Manchester United wabaye uwa gatadantu mw’ihiganwa ariko ugatahukana igikombe ca UEFA Europa League, umugwi wa Liverpool wabaye uwa kane nawo ukaba wakuyemwo Hoffenheim mu guhiganira itike ( Hoff 1-2 Liv, Liv 4-2 Hoff). Imigwi ya Qarabag (Azerbaidjan) na RB Leipzig (Ubudagi) yitavye Champions League incuro yayo yambere ikaba yiyandikiye amateka mashasha.


Ikibuga ca Kiev kizokinirwamwo finale ya UEFA Champions League 2017-2018

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus League, umusi wa 1

Aigle Noir 3-1 Flamb. de l'Est
Messager N. 3-1 Olympic Star
Musongati 1-1 Athletico Ol.
Les Lierres 4-2 Messager Bja
LLBs4A 1-0 Delta Star
Vital'O 1-0 Inter Star
Flamb. Centre 1-1 les Jeunes At.
Ngozi City 0-0 Buja City

Primus League, umusi wa 2

Vital'O 0-1 Buja City
Les jeunes 0-3 Les Lierres
Flamb. Est 2-3 Athletico Ol.
Musongati 1-1 Aigle Noir
Olympic S. 7-0 Delta Star
LLBs4A 3-1 Messager N.
Inter Star 0-1 Ngozi City
Flamb. Centre 5-2 Messager Bja

 

Primus league, umusi wa 3

Kuwa 23/09
Delta Star 15:00 (PLR) Ngozi City
Kuwa 24/09
Messager N. 15:00 (Urukundo) Vital'O FC
Aigle Noir 15:00 (Gitega) Les Lierres
Inter Star 14:00 (PLR) Olympic S.
Les Jeunes 16:00 (PLR) Musongati
Kuwa 25/09
Messager Bja 14:00 (PLR) Flamb. Est
Athletico Ol. 16:00 (PLR) Flamb. Centre
Kuwa 26/09
Buja City 15:00 (PLR) LLBs4A