Basketball: uko inkino zaraye zigenze mw'ihiganwa ryitiriwe Umukuru w'Igihugu

Vyanditswe itariki 12/11/2017 isaha 12:09:53

 

Mu bagabo:

Urunani 107-28 Cibitoke
Gymkhana 85-59 Muramvya
Kern 89-46 Bujumbura Rural
New Star 84-24 Bubanza
Mwaro 78-65 Imbeya(Gitega)
Target(Ngozi) 83-33 Kirundo
Messager Ngozi 56-36 Kayanza
Cankuzo 42-25 Ruyigi
Young Eagles(Gitega) 93-48 Karuzi
Rutana 68-65 Makamba
Rumonge 53-58 Bururi
Friends Team(Ngozi) 64-35 Muyinga.

Mu bigeme:

Berco Star 84-24 Mwaro
Gazelles 111-12 Rumonge
Gitega 25-46 Ngozi
Aigle Noir 87-20 Makamba

Nk’uko twari twabibamenyesheje ubuheruka, nta mpinduka nini yahabaye ku migwi yari yitezwe ko iza gutsinda kiretse umugwi w'intara ya Mwaro (mu bagabo) werekanye ko rutitaha mu gutsinda umugwi w'Imbeya wari waje uva mu ntara ya Gitega.

Izo nkino zabonetsemwo amanota menshi ibitari vyitezwe na benshi biturutse ku kavura kari kazindutse karwa mbere hamwe hamwe kakaba kaguye gushika bugorovye.

TUbamenyeshe ko nk’uko amategeko y’iryo higanwa abivuga, imigwi y'intara itsinzwe iba isezerewe muriryo higanwa.iyatsinze nayo ikaba igiye kubandanya n'ikirangamisi.


Umugwi wa Friends Team (umwambaro wera) watahukanye igikombe co hagati mu gihugu wavyifashemwo neza, Imbeya (umwambaro w'ubururu) wari wabaye uwa kabiri ntiworohewe na gato i Mwaro


 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus League, umusi wa 13

Messager N. 3-0 Athletico Ol.
Delta Star 0-2 Musongati
Flamb. Est 0-2 Les Lierres
Olympic S. 0-0 Vital'O FC
Ngozi City 0-3 Flamb. Centre
Aigle Noir 3-1 Inter Stars
LLBS4A 2-1 Les Jeunes At.
Messager Bja 0-2 Buja City

 

Primus League, umusi wa 12

Kuwa 19/11
Les Jeunes At. 16:00 (PLR) Buja City