Mondial 2018: Abakinyi bagize umugwi w’Ubufaransa bashizwe ahabona

Vyanditswe itariki 17/05/2018 isaha 22:23:00

 

Didier Deschamps, umumenyereza w’Ubufaransa, ahejeje gushira ahabona amazina y’abakinyi 23 azokwikorako mu gikombe c’isi, akaba yamenyesheje n’abakinyii 11 bashobora gusubirira abokomereka mu myiteguro.

Abanyegori 3: Hugo Lloris (Tottenham/ANG), Steve Mandanda (OM), Alphonse Areola (PSG).

Abakinyi b’inyuma 8: Djibril Sidibé (Monaco), Benjamin Pavard (Stuttgart/ALL), Samuel Umtiti (FC Barcelone), Raphaël Varane (Real Madrid), Presnel Kimpembe (PSG), Adil Rami (OM), Benjamin Mendy (Man. City/ANG), Lucas Hernandez (Atlético de Madrid/ESP).

Abakina hagati 5: Paul Pogba (Man. United/ANG), Corentin Tolisso (Bayern Munich/ALL), Blaise Matuidi (Juventus Turin/ITA), Ngolo Kanté (Chelsea/ANG), Steven Nzonzi (Séville FC/ESP)

Abasatirizi 7: Antoine Griezmann (Atlético de Madrid/ESP), Olivier Giroud (Chelsea/ANG), Kylian Mbappé (PSG), Ousmane Dembélé (FC Barcelone/ESP), Florian Thauvin (OM), Nabil Fekir (Lyon), Thomas Lemar (Monaco).

11 bashobora gusubirira abokomereka :

Wissam Ben Yedder (Séville FC), Kingsley Coman (Bayern Munich), Benoît Costil (Bordeaux), Mathieu Debuchy (Saint-Etienne), Lucas Digne (FC Barcelone), Alexandre Lacazette (Arsenal), Anthony Martial (Man. United), Adrien Rabiot (PSG), Mamadou Sakho (Crystal Palace), Moussa Sissoko (Tottenham), Kurt Zouma (Stoke City).

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 6

Flamb. Est 2-1 Olympic Star
Ngozi City 1-1 Les Lierres
Flamb. Centre 0-0 Rukinzo FC
Messager Bja 1-1 Vital'O FC
Musongati FC 2-1 Buja City
Kayanza Utd 0-1 Bumamuru
Athletico Ol. 1-2 Messager N.
Aigle Noir 2-0 LLBS4A

Primus Ligue, umusi w'7

Athletico Ol. 1-1 Flamb. Centre
Messager Bja 2-2 LLBS4A
Musongati FC 1-1 Les Lierres
Messager N. 0-0 Kayanza Utd
Olympic S. 1-2 Ngozi City
Bumamuru 1-0 Flamb. Est
Vital'O FC 0-0 Buja City
Rukinzo FC 1-3 Aigle Noir