Mondial 2018: Abakinyi bazoserukira imigwi y’Ubwongereza na Sénégal bamenyekanye

Vyanditswe itariki 17/05/2018 isaha 23:58:53

 

Abamenyereza Gareth Southgate (Ubwongereza) na Aliou Cissé (Sénégal) bari mu bamaze gushira ahabona abakinyi bazokwikorako mu gikombe c’isi.

UBWONGEREZA

Abanyegori 3: Jack Butland (Stoke City), Jordan Pickford (Everton), Nick Pope (Burnley).

Abakinyi b’inyuma 8: Trent Alexander-Arnold (Liverpool), Gary Cahill (Chelsea), Phil Jones (Manchester United), Harry Maguire (Leicester), Kevin Trippier (Tottenham), Kyle Walker (Manchester City), John Stones (Manchester City), Danny Rose (Tottenham).

Abakina hagati 6: Jordan Henderson (Liverpool), Dele Alli (Tottenham), Eric Dier (Tottenham), Ruben Loftus-Cheek (Crystal Palace), Ashley Young (Manchester United), Fabian Delph (Manchester City).

Abasatirizi 6: Harry Kane (Tottenham), Raheem Sterling (Manchester City), Jamie Vardy (Leicester), Danny Welbeck (Arsenal), Marcus Rashford (Manchester United) ; Jesse Lingard (Manchester United).

5 bashobora gusubirira abokomereka :

Tom Heaton (Burnley), Lewis Cook (Bournemouth), James Tarkowski (Burnley), Jake Livermore (West Bromwich Albion), Adam Lallana (Liverpool).

SENEGAL

Abanyegori 3: Abdoulaye Diallo (Stade Rennais, France), Khadim Ndiaye (Horoya Athletic Club, Guinée), Alfred Gomis (SPAL, Italie).

Abakinyi b’inyuma 7: Kalidou Koulibaly (Naples, Italie), Lamine Gassama (Alanyaspor, Turquie), Kara Mbodji (Anderlecht, Belgique), Youssouf Sabaly (Girondins de Bordeaux, France), Moussa Wague (KAS Eupen, Belgique), Salif Sané (Hanovre, Allemagne), Saliou Ciss (Valenciennes, France).

Abakina hagati 5: Pape Alioune Ndiaye (Stoke City, Angleterre), Cheikh Tidiane Ndoye (Birmingham, Angleterre), Cheikhou Kouyate (West Ham, Angleterre), Alfred Ndiaye (Wolverhampton, Angleterre), Idrissa Gana Gueye (Everton, Angleterre).

Abasatirizi 8: Balde Keita (Monaco, France), Ismaïla Sarr (Stade Rennais, France), Moussa Sow (Bursaspor, Turquie), Moussa Konaté (Amiens SC, France), Sadio Mane (Liverpool, Angleterre), Diafra Sakho (Stade Rennais), Mbaye Niang (Torino, Italie), Mame Biram Diouf (Stoke City, Angleterre).

4 bashobora gusubirira abokomereka :

Adama Mbengue (Caen, France), Fallou Diagne (Metz, France), Famara Diedhiou (Bristol, Angleterre), Henri Saivet (Sivasspor, Turquie).


Ikibuga Louzniki kizokwakira urukino rwugurura igikombe c’isi yose kuwa 14 Ruheshi (Russie – Arabie Saoudite)

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Mondial 2018, 1/2 finale

France 1-0 Belgique
Croatie 2-1 Angleterre

Mondial 2018, ikibanza ca 3

Belgique 2-0 Angleterre

Mondial 2018, Finale

France 4-2 Croatie