Football: Umumeyereza Thierry Guillou yashitse i Bujumbura gufasha Intamba

Vyanditswe itariki 28/06/2018 isaha 1:11:10

 

Umumenyereza bitumwako mu mupira w'amaguru Thierry Guillou ava mugihugu c'Ubufaransa mu mugwi wa Fc Lorient w'abatarenza imyaka 19 yamaze gushika mu Burundi nk’uko vyari vyashikirijwe mu nama Ya Bose ya FFB. Mu gitondo co kur'uno wa 28 Ruheshi yakurikiranye imyimenyerezo y'Intamba mu Rugamba Senior. Bitegekanijwe ko akorana n'umugwi w'abatarenza imyaka 17 ubandanya kwitegurira inkino z'intangamarara zizokinwa nka CECAFA muri Tanzania mu kwezi kwa Myandagaro. Iso nkino zizoba ar’izo kurondera itike ryo kwitabira inkino zanyuma z'igikombe ca CAN U17.



 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 26

Rukinzo FC 1-1 Flambeau
Bumamuru FC 1-0 Vital'O FC
Messager N. 1-0 LLBS4A
Aigle Noir 2-3 Olympic S.
Musongati 1-1 Flamb. Centre
Messager Bja 1-0 Kayanza Utd
Ngozi City 1-0 Athletico Ol.
Les Lierres 1-2 Buja City

Primus Ligue, umusi wa 27

Flamb. Centre 2-3 Bumamuru
Vital'O FC 2-1 Kayanza Utd
AIgle Noir 0-2 Rukinzo FC
Flamb. Est 2-1 Athletico Ol.
Buja City 0-0 Messager N.
Ngozi City 0-0 LLBS4A
Musongati FC 1-0 Messager Bja
Les Lierres 3-2 Olympic S.