Intamba U20: Abakinyi 18 bazoja gutana mu mitwe na Zambia bamenyekanye.

Vyanditswe itariki 10/07/2018 isaha 16:48:55

 



Umumenyereza Joslin Bipfubusa ahejeje gushira ahabona amazina 18 y’abakinyi azokwikorako mu rugendo rwo kuja gutana mu mitwe na Zambia, urukino rukaba rutegekanijwe kur’uyu wa gatandatu 14 Mukakaro isaha icenda (15:00) i Lusaka.

Abo bakinyi ni:

1. Rukundo Onésime
2. Nduwimana Haile Shalom
3. Moustapha Selemani
4. Ndoriyobija Eric
5. Muryango Moussa
6. Ndaye Chancel
7. Bigirimana Ramadhan
8. Hakizimana Héritier
9. Mbirizi Eric
10. Nshimirimana Jospin
11. Muryango Mabano Shabani
12. Djuma Mohamed
13. Kanakimana Bienvenue
14. Ramadhan Pascal
15. Shaka Bienvenue
16. Mavugo Cédric
17. Brandon Taylor Anscombe Chebby
18. Ntirwaza Sudi

Ata gihindutse, abo bakinyi n'ababaherekeje bazofata urugendo kur'uyu wa gatatu 11 Mukakaro isaha zine barare bashitse

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 13

Rukinzo FC 1-2 Buja City
Les Lierres 0-0 Bumamuru FC
Flamb. Centre 1-1 Flamb. Est
Aigle Noir 7-0 Athletico Ol.
Messager Bja 1-2 Messager N.
Vital'O FC 3-0 Ngozi City
LLBS4A 0-0 Olympic S.
Musongati 1-0 Kayanza Utd

Primus Ligue, umusi wa 14

Flamb. Est 0-1 Buja City
Flamb. Centre 1-2 Kayanza Utd
Olympic S. 3-1 Athletico Ol.
Ngozi City 1-1 Messager Bja
Vital'O FC 1-0 Musongati FC
Messager N. 2-1 Bumamuru FC
Aigle Noir 2-0 Les Lierres
LLBS4A 1-0 Rukinzo FC