Football: Shaka Bienvenue agiye gukinira Etoile du Sahel imyaka itanu

Vyanditswe itariki 01/08/2018 isaha 13:22:51

 

Umusatirizi w’umurundi Shaka Bienvenue afise imyaka 19 yateye umukono ku masezerano yo gukinira Etoile du Sahel wo muri Tunisia imyaka itanu. Ivyo vyabaye inyuma y’imisi mike ageragejwe muri Club Africain ariko uwo mugwi ntiwashobora kwumvikana na Aigle Noir.

Shaka Bienvenue yahora akinira Aigle Noir niwe musatirizi yari yatsinze ibitsindo vyinshi (29) kurusha abandi mw’ihiganwa rya Primus Ligue 2017-2018, akaba aronse akaryo ku gutera iyindi ntambwe mu buzima bw’iwe bw’umukinyi kuko agiye mu mugwi usanzwe witaba kenshi amahiganwa mpuzamakungu yo ku mugabane wa Africa no mu karere k’Abarabu.


 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 17

Les Lierres 0-0 Musongati
Aigle Noir 3-1 Buja City
Ngozi City 1-0 Flamb. Est
Bumamuru 1-2 Olympic S.
Messager Bja 2-1 LLBS4A
Flamb. Centre 1-0 Vital'O FC
Kayanza Utd 0-1 Messager N.
Rukinzo 2-0 Athletico Ol.

Primus Ligue, umusi wa 18

Athletico Ol. 1-0 Vital'O FC
LLBS4A 2-0 Flamb. Est
Ngozi City 0-0 Olympic S.
Kayanza Utd 1-0 Rukinzo FC
Flamb. Centre 1-1 Aigle Noir
Messager Bja 1-0 Buja City
Messager N. 3-0 Les Lierres
Bumamuru 2-1 Musongati FC