CAN 2019: Urutonde rw’abakinyi ba Mali bahamagawe gutegura inkino zibiri n’Uburundi

Vyanditswe itariki 05/10/2018 isaha 22:50:39

 

Inyuma y’aho umumenyereza Alain Olivier Niyungeko w’Uburundi asohoreye urutonde rw’abakinyi azokwikorako mu nkino zibiri zigiye guhuza Uburundi na Mali,



Umumenyereza wa Mali Mohamed Magassouba nawe yashize ahabona abakinyi azokwikorako. Urutonde rwiwe rurimwo abakinyi 25, igice kinini cabo bakaba bakina mu gihugu c’Ubufaransa:

Abanyegori: Djigui Diarra (Stade malien, Mali), Adama Keita (Djoliba AC, Mali), Mamadou Samassa (Troyes), Oumar Sissoko (Le Havre)

Abakinyi b’inyuma: Hamari Traoré (Stade Rennais, France), Falaye Sacko (Guimarães, Portugal), Charles Traoré (Nantes, France), Molla Wagué (Udinese, Italie), Mamadou Fofana (FC Metz, France), Salif Coulibaly (Al Ahly, Egypte)

Abakinyi bo hagati : Diadié Samassekou (Red Bull Salzburg, Autriche), Amadou Haidara (Red Bull Salzburg, Autriche), Yves Bissouma (Brighton, Angleterre), Souleymane Diarra (RC Lens, France), Cheick Doucouré (RC Lens, France), Sambou Yatabaré (Royal Antiwerp Club, Belgique), Lassana Coulibaly (Glasgow Rangers, Ecosse)

Abasatirizi : Moussa Djenepo (Standard de Liège, Belgique), Moussa Doumbia (Stade Reims, France), Moussa Marega (FC Porto, Portugal), Abdoulaye Diaby (Sporting Club, Portugal), Adama Traoré (FC Metz, France), Alimani Gory (Le Havre), Hadi Sacko (Las Palmas), Kalifa Coulibaly (FC Nantes, France).


Photo ©DR

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 1

Olympic S. 1-2 Musongati FC
Flamb. Centre 3-1 Kayanza Utd
BS Dynamic 0-1 Bumamuru
Inter Star 0-0 Messager N.
Athletico Ac. 4-0 Ngozi City
Buja City 1-2 LLBS4A
Aigle Noir 1-2 Les Lierres

Primus Ligue, umusi wa 2

Bumamuru 2-0 Flamb. Centre
Ngozi City 0-1 BS Dynamic
Buja City 3-2 Athletico Ac.
Musongati 2-0 Rukinzo FC
Messager N. 4-1 Olympic S.
Les Lierres 1-2 LLBS4A